Rundi
stringlengths 5
496
| sentiment
stringclasses 2
values | __index_level_0__
int64 0
373k
|
---|---|---|
Paulo yavuze ati: "Dushaka kwigenza mu buryo bugororotse muri vyose." | Positive | 100 |
Yamiza ijisho ku bamwubaha, kandi arazi utwo abantu bigira twose. | Positive | 101 |
bwa gisagara giteranijwe kidatagaguje, | Positive | 102 |
Aha rero akagira ati: "Barabapimye kabiri kose, ariko ntibigeze babaha n'ikinini na kimwe." | Negative | 103 |
Icubahiro kibe iciwe ubu no gushitsa umusi utagira iherezo. | Positive | 104 |
N'igihe yabwira Mariya na Yozefu ati: "Mwandonderera iki ? | Negative | 105 |
Nta wunduta muri iyi nzu, kandi nta kintu na kimwe yanyimye kiretse wewe, kuko uri umugore wiwe. | Negative | 106 |
Ku bijanye n' "umutware w'iyi si" ari we Shetani wa Mubesheranyi, Yezu asezerana ko "agira atabwe hanze." | Negative | 107 |
Ihanga rya Isirayeli ryama rironka ingabisho biciye ku bahanuzi b'Imana. | Negative | 108 |
Nyugururire ibirimba vy'ubutungane, | Positive | 109 |
Hoba hari ikibanza mu nzu ya so tworaramwo?" | Negative | 110 |
Niwemere udakeka rero yuko abamarayika bakwitwararika ku giti cawe. | Positive | 111 |
Kubera ko ari iburyo bwanje, sinzonyiganyizwa." | Negative | 112 |
Yemwe bantu banje, ababayobora barabazimiza, kandi bazimanganya inzira mwociyemwo. | Positive | 113 |
Uyo Yezu ni we Imana yasubije muzima, twese ni co twiboneye." | Positive | 114 |
Uwumaze gutanga igiturire nawe arazi uwo yagihaye n'ico yarondera. | Positive | 115 |
Yaciye avuga ati: "Tabita, haguruka!" | Positive | 116 |
Qor'an: "Abo ni babandi basaba bashaka uwabageza kwa Nyagasani wabo, | Positive | 117 |
Ni yanyica, tube abaja banyu. | Positive | 118 |
Ni vyiza kandi yuko dusengera Imana ku misozi miremire no mu myonga n'amasumo yose akabimenya. | Positive | 119 |
Boba bazi uruzobahitana, uwo munsi wabo boba bawuzi ? | Negative | 120 |
Na Abubakari Akida,MOHA. | Positive | 121 |
None ivyo si vyo dukwiye kwitega ku gitabu kiva ku Mana? | Negative | 122 |
Suke ndaba yozo-yozo, | Negative | 123 |
Imana imuhe impera ikwiranye nivyo yakoze. | Positive | 124 |
Ikiyaga Gitukura cari imbere yabo, Abanyamisiri na bo bari bazananye inyuma. | Positive | 125 |
Twibuke abari mu murimo w'igihe cose | Positive | 126 |
nimufire tumufire umufire mmufire amufire wamufire umufire imufire limufire yamufire kimufire vimufire imufire zimufire umufire kumufire pamufire mumufire | Positive | 127 |
Umugore wiwe abibonye, mwa bantu mwe, | Positive | 128 |
Ngo agasozi kintahanurwa kahiye abagabo babona, | Positive | 129 |
Nipfuza ko wogira umunezero mu buzima kubera ko uri Icabona canje!" | Positive | 130 |
"Ntimufate inama za kiganga zivuye kuri Trump." | Negative | 131 |
Yavuze ati: "Haba namba ntimuzopfa." | Positive | 132 |
Ivyo uvuga vyose ndabigukorera, kuko bose mu gisagara c'abantu banje bazi yuko uri umugore w'agahebuza." | Positive | 133 |
Ikibabaje, hari abamarayika benshi bagararije Imana. | Negative | 134 |
"Nja kuri Internet igihe gusa abandi ari ho bari" | Negative | 135 |
Ntakindi cabatumye bizera ataruko bishikiyeyo, kandi biboneye namaso yuko yazutse mu bapfuye. | Negative | 136 |
Ubu ariko arakoresha abasavyi biwe kugira atume ubumenyi nyakuri bukwira kw'isi yose. | Positive | 137 |
Ntanumwe azorusimba bose ni mu kuzimu. | Negative | 138 |
Nyugururira ibirimba vy'ubutungane, | Positive | 139 |
"Nimba umuntu abayeho . . . imyaka myinshi, nayinezerwemwo yose." - UMUS. | Positive | 140 |
Ryari ryo rya mbere ntahura inyiyumvo z'umukobwa wanje. | Positive | 141 |
"Uzogandarira Sauli gushika ryari?" | Negative | 142 |
Mireille: Mu vy'ukuri, ntidushobora kumenya neza na neza ingene Imana yumvise imerewe kuri uwo musi. | Negative | 143 |
"Yemwe abemeye ntimwemerewe kuzungura abagore ku gahato..." | Negative | 144 |
Yamara, hari abovuga bati: 'Yezu mu buzima bwiwe yagize uturanga tubiri. | Positive | 145 |
Ivyo wovuga: Uyu Munara w'Inderetsi urasigura ingene Imana izoshitsa uyu muhango n'ingene ushobora kuvyungukirako. | Positive | 146 |
Umurongo ugororotse uberamiye iburyo. | Negative | 147 |
Uno akwukwo di ichi na iche, | Positive | 148 |
Karangura ni ibindi bice bibiri dusanga mu vyanditswe. | Positive | 149 |
Ese ukuntu bihimbaye kwikoraniriza hamwe na bo. | Positive | 150 |
Naho bagenda batsitagurika, ntibatahuye ko ijoro ryashitse. | Negative | 151 |
Bwa Mutwe w'ishengero, arabandanya kudufasha kumenyekanisha izina be n'umugambi vya Se. | Positive | 152 |
Imana Irakubona Abo Sibo Bakuremye . | Positive | 153 |
Umumarayika w'Uhoraho aramubaza at'ukubitiye iki iyo ndogoba yawe gatatu kose? | Negative | 154 |
Ngo uwuzokwishira hejuru azocishwa bugufi. | Positive | 155 |
Tumushira mu bandi, turamurera arakura. | Positive | 156 |
Imana mvuga ntabwo ari Kagamé mumbabarire, imana mvuga ni OMUKAMA wetu. | Negative | 157 |
Zwe na pfi ni zwi thetshelese, | Positive | 158 |
Yavuze ati: "Nk'uko Data yanyigishije ni ko mvuga." | Positive | 159 |
Ababwira ahezagirika ati: "Bakuye Umukama mu mva, kandi ntituzi aho bamushize." | Negative | 160 |
Mu vy'ukuri, "ubugororotsi ni bwo ababa ku butaka bwimbuka bazokwiga." | Positive | 161 |
N'uzo-Gi di warara; | Negative | 162 |
Rimbura mike gusa mu mihezagiro ibarindiriye igihe Ubwami bw'Imana buzoba buganza. | Positive | 163 |
Petero yishura ati: "Mukama, tuje kwa nde? | Negative | 164 |
Tumuravye tukamukurikira, dushobora kuronka ubuzima budahera. | Positive | 165 |
Ryusuke Yamashita, | Positive | 166 |
Mugabo nk'uko vyagendeye Yuda Isikariyoti, umuntu arashobora gutakaza ubwo bucuti bw'agaciro. | Negative | 167 |
Danburan Nuhu Abubakar, | Positive | 168 |
Nta jambo na rimwe muri yo ritashitse." | Positive | 169 |
Ku musi w'intangamarara wayo, ni ho muzotumirwa mw'ikoraniro ryeranda; ntihagire ibikenurwa muzokora kuri uwo musi. | Negative | 170 |
Ata gukeka, Umwe afise ububasha be n'ubukerebutsi bwo kurema ijuru n'isi, ni we yahaye Musa ubumenyi nk'ubwo buhanitse. | Positive | 171 |
Ni ibiki bishika ku Musozi Hori, kandi ni nde aca aba umuherezi mukuru w'Abisirayeli? | Negative | 172 |
Yavuze ati: "Ni nde yahinduye aka gapapuro? | Negative | 173 |
Arateba aravuga ati: 'Ni jewe Yozefu. | Positive | 174 |
Gutyo, uzotuma uwo mwubakanye arushiriza kworoherwa no kugutega yompi. | Negative | 175 |
Yamubonye nk'Umukama n'Umukiza wiwe aho kumubona gusa nk'umwana wiwe. | Positive | 176 |
Dusenga Imana yumva, Imana yishura kandi Imana ikora ibitangaza, igatabara abayitakambira ijoro n'umurango bose. | Positive | 177 |
Canke vyobazwa abamugambaniye kugeza bamushikije ikuzimu. | Negative | 178 |
Nugerageze iki kintu: Nusenge Imana uno musi nyene. | Positive | 179 |
akabona ukwezi n'inyenyeri wamanitseyo, | Positive | 180 |
oyijire mihûnge nsobekanyè, egere mw'ezo mburungusè. | Positive | 181 |
Abandi babigira mu gihe c'akaruhuko ka sasita. | Positive | 182 |
None subira ungirire ikigongwe, umusi nzopfa mbone urubanza runkiza, noye gutabwa mu muriro udahera. | Positive | 183 |
gabi na kasi, hehe.. | Negative | 184 |
Bavuze bati: "Umuhanuzi akomeye yahagurukijwe muri twebwe." | Positive | 185 |
Nijoro nateze amaboko kandi ntiyaguye ikinya; | Positive | 186 |
a Zhezu wì si janwa wi yeri, | Positive | 187 |
"Muhava muvuga muti: tuzorya iki mu mwaka ugira inddwi ko tutazotera imbuto canke ngo dushwabure ivyimburwa vyacu? | Negative | 188 |
Kuva mu buto bwawe, wamye umenya Ibitabu vyeranda. | Positive | 189 |
Ni nde yodukiza mu kudukura mu maboko y'iyo Mana ihambaye? | Negative | 190 |
we avuga ati: (Yewe ntumwa y'Imana yariye | Negative | 191 |
None ko tutiremye n'inde yaturemye? | Negative | 192 |
Uzoba ushashaye igikorwa c'amaboko yawe." | Positive | 193 |
Yaciye avuga ati: "Bagupfunze kubera utica abantu. | Positive | 194 |
Abo bavuga ivyo bishakiye ngo nkurunziza mbega nkurunziza ntibaziko imana asenga ariyukuri? | Negative | 195 |
Tumenya gute ko Yezu vuba agiye kuza gucira urubanza amahanga? | Negative | 196 |
Ico umubariye kiguma hagati yawe n'Imana. | Positive | 197 |
Yamara, yari umwamamaji aroranirwa vy'ukuri. | Positive | 198 |
Kandi Imana iramutabara mugihe aterewe mugwobo rw'intambwe. | Positive | 199 |
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.