Rundi
stringlengths 5
496
| sentiment
stringclasses 2
values | __index_level_0__
int64 0
373k
|
---|---|---|
Nkuko twari twabibemereye ko tuzogaruka ku musi w'ishirwa ahabona ry'iyo... | Positive | 200 |
"Ntimushire ivyizigiro vyanyu mu ndongozi z'abantu; nta muntu ashobora kubakiza. | Negative | 201 |
Ikibabaje ni uko batabandanije kuba abagenzi b'Imana. | Negative | 202 |
ku bazigama isezerano ryiwe n'amabwirizwa yiwe. | Positive | 203 |
Iyaguhanze nibo yatoye | Positive | 204 |
Mwibuke ko Napfiriye umwe umwe wese muri mwebwe ngo Ndabakize. | Positive | 205 |
Mu mahanga yose uwubaha Imana Iramwemera... | Positive | 206 |
Ariko rero, dutegerezwa kwibuka ko igihe Shetani yirukanwa mw'ijuru, yari azi ko afise igihe gito. | Negative | 207 |
ci jwatogi woko i kom got, bibedo ki yomcwiny! | Positive | 208 |
Abo bamarayika bagambaraye baciye basanga ivyabo vyifashe mu buryo butandukanye cane n'uko vyari vyifashe igihe batari bwagambarare. | Negative | 209 |
"Sinigeze niyumvira ko umukenyezi ashobora kugira amahera yiwe. | Positive | 210 |
Twarabahinyuye muri ba ntahompagaze imbere y'inda zanyu nayo ivy'igihugu birabaroka. | Negative | 211 |
"Dufashijwe n'umuhungu wanje, twarashoboye kumushikana hano." | Positive | 212 |
-Iwanyu niwe wishe Ndadaye!Ushaka ibimenyetso? | Negative | 213 |
Ariko vyasa n'uko ata wushaka kuyishira mu rurimi rwo muri Irlande. | Negative | 214 |
Imana ikwongerereze intege n'inguvu pour tenir jusqu'au bout. | Positive | 215 |
Vya akhera na duniya | Positive | 216 |
Murafise koko ibintu abantu bakeneye." | Positive | 217 |
Imana yabwiye Musa iti: "Ntushobora kubona mu maso hanje, kuko ata muntu yombona ngo abeho." | Negative | 218 |
Igihe cose muzokinywa, murabigire munyibuka." | Positive | 219 |
Dore Ibintu Utashobora Mubuzima; | Negative | 220 |
mu gitondo bakamera nk'ivyatsi bikura, | Negative | 221 |
N'abatari abaKristu bo nyene ubwabo bazotahura ukuri ko Ndiho. | Positive | 222 |
Nigo aboretie iga: Inee, Imobwate Ebitabu Birikire Amang'ana Aya? | Negative | 223 |
Wipfuza ko abana bawe biyumva nk'umwanditsi w'amazaburi, uwanditse ati: "Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye, kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe." | Positive | 224 |
Rutuku imutabarukana ku muheto. | Negative | 225 |
Watuzanye aha ngo utwicishe inyota, twebwe, abana n'ibitungwa vyacu ? " | Negative | 226 |
Amajambo yiwe yarashika ku muzi w'ibibazo, bikanashika ku mitima y'abamwumviriza. | Positive | 227 |
Ngomba kubona ishuli ryanyu rishasha. | Positive | 228 |
wageneye imiryango yose. | Positive | 229 |
Canke, mbega botwumvisha ivya mbere? | Positive | 230 |
'Nayo mwebwe abavuga ngo: "Ni nde azomanuka kudutera? | Negative | 231 |
Igikorwa Adamu yashinzwe kizoba carangutse atakigizemwo uruhara. | Negative | 232 |
Bukeye babona irindi, | Positive | 233 |
AbaKristu n'Abayahudi nibo bazotumwa urutoki bongere bazire urwanko vyongeye bazohamwa kubera ukwemera kwabo. | Negative | 234 |
Abantu bizera Imana ntibakwiye guhagarika umutima kuko umugambi w'Imana ari mwiza kuri bo. | Positive | 235 |
Canke murabareka ngo ntimukibakonya ? | Negative | 236 |
Nimba ari ukwo biri, urafise itunga ry'agaciro, na ryo akaba ari ubugenzi ufitaniye n'Imana. | Positive | 237 |
Abariise bur' izooba, | Positive | 238 |
Mbega urafise muri wewe umutima w'ubaha Imana?urarondera Imana? | Positive | 239 |
(Raba kandi ikiganiro kivuga ngo "Ico nahisemwo nkiri umwana" kiri muri iyi nomero.) | Negative | 240 |
Nta buryo na bumwe buriho bwiza kuruta canke buhambaye kuruta woshobora gukoreshamwo ububasha bwawe. | Negative | 241 |
Ariko ub'ufise impamvu ugenda | Positive | 242 |
Inyigisho nazo zabo zikaba zivuga ko:"Ata Mana Ikwiye Gusengwa vy'ukuri atari ALLAH kandi ko MUHAMADI ari Intumwa y'Imana." | Positive | 243 |
Yozefu akibabona yaciye abamenya, ariko bobo ntibamumenye. | Negative | 244 |
Vyongeye, nimba yarakoze ibicumuro azobabarirwa." | Negative | 245 |
Nzoshira urwanko hagati yawe n'umugore, | Negative | 246 |
Ntiwashimye amashikanwa aturiwe uko yakabaye be n'amashikanwa y'igicumuro." | Negative | 247 |
Ewe Mana yanje, wanyigishije nkiri muto, | Positive | 248 |
Kunda Wakire mu Mushaha Wawe Wuzuye Ikigongwe imitima yabo batemera Imana hamwe nabo batarakumenya. | Positive | 249 |
Naciye mbona neza na neza ico yashaka." - Vyavuzwe na DYLAN. | Positive | 250 |
Nuce rero utegekanya gukora ibimuhimbara. | Positive | 251 |
Igihe cose muzokinywa murabigira munyibuka." | Positive | 252 |
"Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu!" - ZAB. | Positive | 253 |
None muzogira mute kw'iherezo ryavyo?" | Positive | 254 |
Bitebe bitebuke ukuri kuzoja ahabona kugira ngo abakoze ubwo bubisha babihanirwe. " | Negative | 255 |
Nimubome inyuma ningoga, kuko muza kubahamvya." | Positive | 256 |
Kuko yavuze iti: "Mu gihe kiroranye narakwumviye, ku musi w'ubukiriro naragufashije." | Positive | 257 |
Agira ati: "Iki ni co gikorwa c'Imana: ni uko mwizera uwo Uyo yatumye." | Positive | 258 |
Na bo baraduga mw'ijuru mu gicu, abansi babo na bo barabitegereza. | Positive | 259 |
Ku coba tuk fahami, | Negative | 260 |
Aba bantu bahora bavuga bati: Igihe co gusubira kwubaka Ingoro y'Umukama ntikirashika!" | Negative | 261 |
"UMUTOYI azocika igihumbi, uwo hasi na we acike ihanga rikomeye. | Positive | 262 |
Abo Imana irabareka kugira ngo irabe yuko bokwikebuka mugabo umunsi ur'izina izobereka yuko bataye umwanya. | Positive | 263 |
Wokora iki nimba mu muryango wanyu hari ingorane y'ururimi? | Negative | 264 |
Turizigiye ko azobandanya kutwitwararika naho tutazi ingene azobigenza, igihe azobikora canke aho azobikorera." - Zab. | Positive | 265 |
Ariko mweho abubaha izina ryanje izuba ry' ubugororotsi rizobarasira, rifise ugukiza mu mababa yaryo. | Positive | 266 |
Birya tubabwira tukabereka aho vyanditswe, birya Imana ibahishurira mw'Ijambo ryayo, ni birya nta bindi. | Negative | 267 |
Ariko ico gihe yari yafashe ingingo yo kuvavanura n'iyo ngeso." | Negative | 268 |
Aracashigikira abigana ukwizera kwa Samweli. | Positive | 269 |
Bahamagara Loti bati " , Abagabo binjiye iwawe muri iri joro bari hwe ? | Negative | 270 |
Guhera ubu uzohora uroba abantu ari bazima." | Positive | 271 |
Bibiliya yishura iti: "Nowa akora yisunze ivyo Imana yari yamutegetse vyose. | Negative | 272 |
Tuguhay'umuvinyu, Mukama nyen'inganji; | Positive | 273 |
Kandi igihe cabo kizoba ico gushika igihe kitagira urugero. | Positive | 274 |
do wewe like mukuro? if wewe do, tell me kwa a comment. | Positive | 275 |
None ni imisi ya nyuma y'iki? | Negative | 276 |
nimeziona tumeziona umeziona mmeziona ameziona wameziona umeziona imeziona limeziona yameziona kimeziona vimeziona imeziona zimeziona umeziona kumeziona pameziona mumeziona | Positive | 277 |
Yagutoranije ngo muri wewe bahaherebwe imigisha kandi ihashingirigwe intahe n'amashimwe. | Positive | 278 |
Bakakigarura kandi gushika aho kimenyera hanyuma kikavyakira. | Negative | 279 |
Kuko ubwiwe azi neza ingene tubumbwe, akibuka ko turi umukungugu." | Negative | 280 |
Niki Imana iba ishaka kuvuga iyo ivuze ngo "Ntimukore ku bo nasīze"? | Negative | 281 |
Iyo agakiza k'abizera kataba ari ak'ibihe bidashira, ikimenyetso bashizweko nticoshitse ku musi wo gucungurwa, ahubwo cogarukiye ku musi bacumuriyeko, umusi basubiriyeko inyuma, canke umusi batizeye. | Negative | 282 |
Ndahimbawe kubona ndi uwo mu zindi ntama." - Henry A. Cantwell. | Positive | 283 |
Yamara nta na kamwe muri two kibagirwa imbere y'Imana. . . . | Positive | 284 |
Nya bamarayika baciye bafata ukuboko Loti n'umugore wiwe n'abakobwa biwe babiri, babajana hanze y'ico gisagara. | Negative | 285 |
Ni mwanyica na ho, muzoba mwishe umuntu ata kibi yakoze.' | Negative | 286 |
-Ko kumuha iperereza ryo mu gihugu hagati koba ari agashimwe kaho yisubiyeko? | Positive | 287 |
Inzoka ica yishuyishu ra nya mukenyezi iti: Haba namba, ntimuzopfa! | Negative | 288 |
Mfise imyaka icenda, umuryango wacu hamwe n'ibindi Vyabona vya Yehova amajana n'amajana b'Abanyamoldaviya twarangarijwe muri Siberiya. | Negative | 289 |
ni Wewe uwufise amajambo y'ubuzima budahera. | Positive | 290 |
Egome, hariho abamarayika babi. | Negative | 291 |
nayo intungane izotungwa n'ukugumya ibanga." | Positive | 292 |
, Ahira , Akira Fubuki | Negative | 293 |
Ni ikintu gihambaye kuruta ibindi ikihe wokora ubu kugira ngo witegurire igitero ico ari co cose co muri kazoza kizogabwa ku basavyi b'Imana? | Negative | 294 |
incabwenge na yo niyaba itojwe indero, | Positive | 295 |
Naho twabakumbura cane, twarahimbarwa n'uko bariko bakoresha ubuzima bwabo mu murimo w'igihe cose. | Positive | 296 |
Bashenye ijabiro rya Biyoro, | Negative | 297 |
(S) Biraheza bibatera umwikomo mwinshi, batangura kumubaza umwe umwe ngo: | Negative | 298 |
Yemwe abemeye! | Positive | 299 |
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.